HitParad
Khadja Nin – Turasa
Трек

Khadja Nin – Turasa

О треке:
Длительность: 03:48Формат: MP3Качество: 160 kb/sРазмер: 4.5 MB
Текст песни
Ihoze mwana wa mama
Uwuvuga ngo umuntu aruta uwundi
Yego nanje ndibonera
Yuko imibiri yose idasa
Uyu urera
Urya ukirabura
Uriya uravanze
Jewe mbona
Watu wa ulimwengu wandugu
Kaskasini kusini wako sawa
Watu wa ulimwengu wandugu
Wote wanafanana
Mbona dusa
Umworo wino arasa
N'umworo wo hirya agasa
N'umworo wa hakurya
Umwana wanje ansera
Kurya umwana wawe agusera
Abavyeyi turasa
None mwana wa mama
Abantu dupfa iki ?
Ko mbona
Треки исполнителя
Похожие треки